Librería Desdémona
Librería Samer Atenea
Librería Aciertas (Toledo)
Kálamo Books
Librería Perelló (Valencia)
Librería Elías (Asturias)
Donde los libros
Librería Kolima (Madrid)
Librería Proteo (Málaga)
Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko bushikana ku gukira n’umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw’umusaraba babe mu mwidegemvyo w’ubwiza bw’abana b’Imana (Abaroma 8:21). Amasengesho ndetse n’ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y’isi. Basanze bishoboye kandi bifise ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y’ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy’ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.