AFRIKA YISUBIZE AGATEKA

AFRIKA YISUBIZE AGATEKA

Jean-Marie Sindayigaya

22,11 €
IVA incluido
Disponible
Editorial:
Lulu Press
Año de edición:
2024
Materia
Historia social y cultural
ISBN:
9781326813390
22,11 €
IVA incluido
Disponible

Selecciona una librería:

  • Librería Samer Atenea
  • Librería Aciertas (Toledo)
  • Kálamo Books
  • Librería Perelló (Valencia)
  • Librería Elías (Asturias)
  • Donde los libros
  • Librería Kolima (Madrid)
  • Librería Proteo (Málaga)

Iki gitabo natanguye kugishora mu rurimi rw’Igifaransa mu kwezi kwa Kigarama umwaka wa 2023. Uwo munsi nyene nagishikirije mu rurimi rw’Icongereza. Nongera ndagishikiriza mu rurimi rw’Igiswahili, ururimi rwa mbere rw’Abanyafrika, ruvuka muri Afrika. Nari maze amezi ane gusa ndarwiyigisha. Nashatse kwereka abakiri bato ko bokwijukira kwiga urwo rurimi rw’akazoza ka Afrika, mu karere n’ahandi, kuko rugenda rwiyagurira icicaro. Kandi, niba narashoboye kurwiyigisha mu mezi ane gusa, ubu nkaba ntahura amakuru yose ashikirijwe muri urwo rurimi, nkanashobora kurwandikamwo, naho amakosa y’indongoramvugo aguma ari menshi, bisigura ko urwaruka rwoshobora kusigatura neza urwo rurimi inyuma y’imyaka ibiri gusa, bakababa n’abahinga benerwo. Ubwira imico y’Ubuafrika Abanyafrika bose, ushira mu ndimi uzi bazoshobora kwumva, kuko iyo biba vyashoboka woshira mu ndimi zose za Afrika. Ugeze naho kuganira iyo Mico Myiza n’abo muhira aho uvuka, aha Abarundi n’abo mu micungararo bavuga indimi zivukana n’Ikirundi vya hafi, Imico uca uyambika impuzu z’Ikirundi.. Mbe none Imico y’Ubuafrika-Ubuntu ni iki ? Niyo yatumye Abanyafrika, n’abandi bashwiragiye kw’isi bamuka muri Afrika, baguma basangiye umutima. Niyo yatumye ivyiyumviro bisangigwa n’Intwari zifise imizi muri Afrika, zo kw’isi yose. Uhereye kuri Marcus Garvey muri Amerika, Kwame Nkrumah, Sékou Touré na Modibo Keita bo muri Afrika y’Uburengero, gushika kuri Julius Nyerere, Kenneth Kaunda na Pixley Ka Isaka Seme, bo muri Afrika y’Ubuseruko no mu Bumanuko. Tutibagiye abaje munyuma harimwo Thomas Sankara. Umuco wa mbere waranze izo Ntwari ni ukwiyibagira, bakigura ineza rusangi n’ubuzima bakemera kubuhasiga. Muri bo nta n’umwe yavuye ku butegetsi yegeranije itunga na ritoyi kandi hari abamaze imyaka irenga mirongo ibiri n’itanu ku butegetsi. UBUNTU rero, uwubufise muri we, abona ikiremwa muntu cose aho akibonye hose ko ari kimwe, ko ingorane z’uwundi nawe ari gwiwe, ko inzara y’uwundi nayo ari gwiwe. Kurya bavuga mu Kirundi bati umuntu nk’uwundi. Iyo Mico y’Ubuafrika-Ubuntu ubukoloni bwayisubirije ukwigendako no kwemera Umuzungu nk’uko yoba ari intumwa y’Umuremyi. Ubukoloni bwatugize ibirohori ataco bicisunga kibiranga. Ivyo tugendera ni ivyo twatamitswe canke dutira: amadini matirano, ukwiyumvira gutirano, imigenzo mitirano, inyambaro ntirano, ubwiza butirano, ubutunzi butirano... None Kazoza ka Afrika kazova hehe? Mu gucurura ivyo vyose vyacuritswe.

Artículos relacionados

  • Arizal
    Raphael Afilalo
    The Ari overflowed with Torah. He was expert in Scripture, Mishnah, Talmud, Midrash, Maaseh Bereishit and Maaseh Merkavah. About all the different levels of prophecy, their details and from which level the prophets had their revelations.  He understood the whistling of the trees, the grass and stones, the language of the birds and other animals, the conversations of angels, the...
  • Rose-tinted Memory
    Michael S Fryer
    “Those who deny Auschwitz would be ready to remake it”.  ~ Primo Levi, Holocaust survivor and author Seventy years after the mass murder of the Jews of Europe, Holocaust denial and Holocaust revisionism are creeping into our overall perception of what actually happened.Christendom has not ‘denied’ Holocaust, but it has attempted to create a memory of Holocaust which suggests th...
    Disponible

    8,84 €

  • Pan Kapitan of Jordanow
    William Leibner
    Yeshayahu Drucker devoted a good part of his life to rescuing Jewish children from non-Jewish homes. Many parents had given their children to Polish neighbors for safekeeping during the war. Unfortunately most of the parents did not survive the Shoah. At the end of the war, there was no one to claim the children and they remained with the “adopted” Polish families. Following hi...
  • Holy Dissent
    Glenn Dynner
    BThe religious communities of early modern Eastern Europe—particularly those with a mystical bent—are typically studied in isolation. Yet the heavy Slavic imprint on Jewish popular mysticism and pervasive Judaizing tendencies among Christian dissenters call into question the presumed binary quality of Jewish-Christian interactions. In Holy Dissent: Jewish and Christian Mystics ...
  • AL-FARD
    Ali Mahdi Muhammad
    The Al-Fard, or the The Dawn, has captured the early rays of Our history. This history is essential if we are to be brought face to face with the One true and living God of the universe. The purpose of this writing is to bring the reader step by step, one degree at a time to the reality of God in person. The teachings of Our Father elevates the believer to the level of Godhood ...
  • Wild Things. Nature and the Social Imagination
    HISTORIES OF HUMAN CONSTRUCTIONS OF NATUREWild Things: Nature and the Social Imagination assembles eleven substantive and original essays on the cultural and social dimensions of environmental history. They address a global cornucopia of social and ecological systems, from Africa to Europe, North America and the Caribbean, and their temporal range extends from the 1830s into th...

Otros libros del autor

  • AFRIKA INAYOHESHIMIWA
    Jean-Marie Sindayigaya
    Baada ya kupondwa na utumwa kisha ukoloni, Watu Weusi wamevuliwa utu wao kiasi kwamba mwishoni wakachukuliwa kuwa si kitu kabisa. Katika Bara zima, wazalendo wanaostahili Afrika walikataa udhalilishaji huu. Waliuawa kinyama kwa umati na wavamizi wakandamizaji hawa. Ambao waliunda na kupanua tabaka la kisiasa ambalo linaendelea hadi leo na linaundwa na kondoo ambao ni wepesi wa ...
    Disponible

    25,11 €