LIBROS DEL AUTOR: dr levi rukundo

1 resultados para LIBROS DEL AUTOR: dr levi rukundo

  • Abarundi, Ihanga ryatoranijwe n’Imana
    Dr Levi Rukundo
    Ubuvugishwa canke ubuhanuzi bwa mbere ku gihugu c-Uburundi bwa vuzwe mu mwaka wa 1935, umwaka amashengero ya Pentekote yatanguzwa mu Burundi n-abakozi b-Imana bari baje bava mu gihugu ca Suwedi. Niho bavugishwa yuko Abarindi ari Ihanga ryatoranijwe n-Imana. Ubundi buvugishwa bwasaba abarundi kwiyeza, kwishonzesha no gusenga cane kuko Abarundi ari Ihanga ryatoranijwe, bwavuzwe m...
    Disponible

    13,18 €